المدة الزمنية 1:15:58

IRISHURA_PART_2-FILM​ | BURUNDIAN FULLMOVIE 2021 | EAST AFRICA MOVIES | BURUNDI,RWANDA,TANZANIA,UGANDA

10 014 مشاهدة
0
206
تم نشره في 2021/04/08

#IRISHURA​ ni ireresi y'Umurwi wa #NEW_HAPPY_FILMS_RUMONGE​ ikaba yateguwe yongera itunganywa na #MFALME_VIDEO​. Muncamake Film #IRISHURA​ ivuga kubuzima tubayemwo hano kwisi aho tugenda duhura nibibazo bitandukanye ariko ivyo bibazo Ducamwo bikaba bituruka kumpwemu mbi zigenda zidukurikira. Woba ushaka kumenya vyinshi kubijanye na Film#IRISHURA​? nigute twonesha impwemu mbi zituma tudashikira amasezerano yacu? kurikirana film#IRISHURA​ kandi uyisangize nabandi kugirango bashobore kubona uko Ubuzima ari URUGENDO rwibibazo bitandukanye. directed by MFALME & FEN G #Burundian_Movie_ALPHA_TV #Burundian_Actors

الفئة

عرض المزيد

تعليقات - 23